Kuri Ukraine, kunyanyagiza no kunyegeza izi nganda zihingura ibirwanisho, ni ikintu nyamukuru kugira ishobore kubandanya ...
Ukraine yashaka ko Ubumwe bwa Buraya bukora mu miriyaridi 200 z’ama-euro y’umutungo w’Uburusiya wafashwe ariko Ububirigi bwavyanse.